Zaburi 145:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ibikorwa vyawe vyose bizoguhaya, ewe Yehova+,Kandi intahemuka zawe bazoguhezagira+. Zaburi 149:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+!
9 Ngo bashitsweko ingingo y’ubutungane yanditswe+.Mwene ubwo bwiza bwakaka ni ubw’intahemuka ziwe zose+.Shemeze Ya+!