Zaburi 113:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aha umugore w’ingumba kwibera mu nzu+Ari nyina w’abana anezerewe+.Shemeze Ya+! Zaburi 117:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe bwabaye ubw’inkomezi kuri twebwe+;Kandi ukuri+ kwa Yehova ni ukwo gushika igihe kitagira urugero.Shemeze Ya+!
2 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe bwabaye ubw’inkomezi kuri twebwe+;Kandi ukuri+ kwa Yehova ni ukwo gushika igihe kitagira urugero.Shemeze Ya+!