Zaburi 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abansi banje nibasubira inyuma+,Bazotsitara, bayogere bave imbere yawe+. Zaburi 56:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe abansi banje bazosubira inyuma, ku musi nzohamagara+;Ibi ndabizi neza, yuko Imana iri ku ruhande rwanje+.
9 Ico gihe abansi banje bazosubira inyuma, ku musi nzohamagara+;Ibi ndabizi neza, yuko Imana iri ku ruhande rwanje+.