Gusubira mu vyagezwe 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ni We ubwirizwa gushemeza+, kandi ni we Mana yawe yagukoreye vya bintu bikomeye kandi biteye ubwoba amaso yawe yiboneye+. Zaburi 65:1 Bibiliya y’isi nshasha 65 Imbere yawe hari ishemezo n’agacerere, ewe Mana, i Siyoni+;Kandi indagano izoshitswa kuri wewe+.
21 Ni We ubwirizwa gushemeza+, kandi ni we Mana yawe yagukoreye vya bintu bikomeye kandi biteye ubwoba amaso yawe yiboneye+.