Zaburi 72:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko azorokora umworo atabaza+,N’umurushwa be n’uwo wese atagira gifasha+. Luka 23:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Hanyuma Yezu arahamagara n’ijwi rirenga, ati: “Data, mu maboko yawe ni ho nshize impwemu yanje+.” Amaze kuvuga ivyo, aracikana+.
46 Hanyuma Yezu arahamagara n’ijwi rirenga, ati: “Data, mu maboko yawe ni ho nshize impwemu yanje+.” Amaze kuvuga ivyo, aracikana+.