Zaburi 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arinda amagufa yiwe yose;Nta na rimwe muri yo ryavunywe+. Yohani 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nkako, ivyo bintu vyabaye kugira icanditswe kiranguke, ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizojanjagurwa+.”
36 Nkako, ivyo bintu vyabaye kugira icanditswe kiranguke, ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizojanjagurwa+.”