Ezekiyeli 34:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzozigaburirira mu buragiriro bwiza, kandi ku misozi miremire ya Isirayeli ni ho zizokwibera+. Aho ni ho zizovyagira mu kibanza ciza co kubamwo+, zirishe ku misozi ya Isirayeli mu buragiriro butotahaye.” Matayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Umuntu ntakabeshweho n’umukate gusa, mugabo azobeshwaho n’ijambo ryose rizanana mu kanwa ka Yehova+.’”
14 Nzozigaburirira mu buragiriro bwiza, kandi ku misozi miremire ya Isirayeli ni ho zizokwibera+. Aho ni ho zizovyagira mu kibanza ciza co kubamwo+, zirishe ku misozi ya Isirayeli mu buragiriro butotahaye.”
4 Mugabo amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Umuntu ntakabeshweho n’umukate gusa, mugabo azobeshwaho n’ijambo ryose rizanana mu kanwa ka Yehova+.’”