Zaburi 107:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Batangura kuririra Yehova mu marushwa yabo+,Akabakura mu maganya barimwo+.