Abagalatiya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi ibikorwa vy’umubiri biribonekeza+, bikaba ari ubusambanyi+, ubuhumane, ubushirasoni*+, 2 Petero 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kandi ikarokora wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’ukuntu abantu batibanga amategeko bivobeka mu bushirasoni+—
7 kandi ikarokora wa mugororotsi Loti+ yatuntuzwa cane n’ukuntu abantu batibanga amategeko bivobeka mu bushirasoni+—