Zaburi 69:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nsigaye ninubwa na bene wacu+,Nkaba n’umunyamahanga kuri bene mama+. Matayo 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+.
21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+.