Zaburi 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Mana yanje, ni wewe nizigiye+;Ese ntomaramara.Abansi banje ntibigine banyigamba+. Zaburi 41:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Iki ni co menyerako yuko wahimbawe nanje,Ni uko umwansi wanje atiha akaruru k’intsinzi anyigambako+.
11 Iki ni co menyerako yuko wahimbawe nanje,Ni uko umwansi wanje atiha akaruru k’intsinzi anyigambako+.