Zaburi 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+. Zaburi 54:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Imana ni yo mufasha wanje+;Yehova ari mu bashigikiye ubuzima bwanje.
7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+.