Zaburi 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ku bw’izina ryawe, ewe Yehova+,Babarira ikosa ryanje, kuko atari rito+. Yeremiya 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.
7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.