1 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+. Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+. Zaburi 138:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.
29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+.
2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.
2 Nzokwunama ntumbereye urusengero rwawe rweranda+,Kandi nzohaya izina ryawe+,Kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+ no kubera ukuri kwawe+.Kuko wakujije ijambo ryawe+ ukarishira mbere hejuru y’izina ryawe ryose+.