Yesaya 64:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi kuva kera nta n’umwe yumvise+, eka nta wateze ugutwi, eka nta jisho ryabonye iyindi Mana itari wewe+, igira ico ikoreye uwuguma ayiteze+. 1 Abakorinto 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo nk’uko vyanditswe: “Ijisho ntiryabonye, n’ugutwi ntikwumvise, eka n’ibintu Imana yateguriye abayikunda ntivyiyumviriwe mu mutima w’umuntu+.”
4 Kandi kuva kera nta n’umwe yumvise+, eka nta wateze ugutwi, eka nta jisho ryabonye iyindi Mana itari wewe+, igira ico ikoreye uwuguma ayiteze+.
9 Mugabo nk’uko vyanditswe: “Ijisho ntiryabonye, n’ugutwi ntikwumvise, eka n’ibintu Imana yateguriye abayikunda ntivyiyumviriwe mu mutima w’umuntu+.”