1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+.
26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+.