16 uwakugaburiye manu+ mu gahinga, iyo ba so batari baramenye, kugira ngo agucishe bugufi+ no kugira ngo akugeze, akugirire neza mu misi yawe yo hanyuma+;
11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.