Mariko 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu two mw’ishikaniro+, atangura kwihweza ingene nya sinzi ritiburira amahera muri nya dusandugu; kandi abatunzi benshi bariko batererayo ibiceri vyinshi+. 2 Abakorinto 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 yuko mu gihe c’ikigeragezo gikomeye bari mu marushwa, akanyamuneza kabo kenshi be n’ubworo bwabo bwinshi vyatumye ubutunzi bw’ubutanzi bwabo bwa cane bugwira+.
41 Hanyuma yicara aho abona udusandugu two mw’ishikaniro+, atangura kwihweza ingene nya sinzi ritiburira amahera muri nya dusandugu; kandi abatunzi benshi bariko batererayo ibiceri vyinshi+.
2 yuko mu gihe c’ikigeragezo gikomeye bari mu marushwa, akanyamuneza kabo kenshi be n’ubworo bwabo bwinshi vyatumye ubutunzi bw’ubutanzi bwabo bwa cane bugwira+.