Imigani 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.
10 Ubwoko bubiri bw’amabuye y’ugupima be n’ubwoko bubiri bw’ingero za efa+, emwe, vyose hamwe ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.