Zaburi 94:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi izobasubizako ibibabaza vyabo+,Ibanumye ikoresheje ivyago ubwabo bategura+.Yehova Imana yacu azobanumya+. Yesaya 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando.
23 Kandi izobasubizako ibibabaza vyabo+,Ibanumye ikoresheje ivyago ubwabo bategura+.Yehova Imana yacu azobanumya+.
27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando.