Zaburi 125:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nayo abakevya bakaja mu nzira zabo zihetaraye+,Yehova azobajaniranya n’abamenyereye gukora ibibabaza+.Hazoba amahoro kuri Isirayeli+. Abaheburayo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+, 2 Petero 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko vyari kubabera vyiza kutamenya neza inzira y’ubugororotsi+, hako bayimenya neza hanyuma bagaha umugongo ibwirizwa ryeranda bashikirijwe+.
5 Nayo abakevya bakaja mu nzira zabo zihetaraye+,Yehova azobajaniranya n’abamenyereye gukora ibibabaza+.Hazoba amahoro kuri Isirayeli+.
4 Kuko ibi bidashoboka: ku bijanye n’abamurikiwe rimwe rizima+, bagahonja ya ngabirano ya gusa yo mw’ijuru+, bakaba abasangiye impwemu nyeranda+,
21 Kuko vyari kubabera vyiza kutamenya neza inzira y’ubugororotsi+, hako bayimenya neza hanyuma bagaha umugongo ibwirizwa ryeranda bashikirijwe+.