Guharura 14:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ariko biha kuduga kw’isonga ry’umusozi+, mugabo isandugu y’isezerano rya Yehova be na Musa ntivyava hagati mw’ikambi+. Esiteri 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu nyuma umwami avuga ati: “Ni nde ari mu kigo?” Ico gihe Hamani yari yaje mu kigo c’inyuma+ c’inzu y’umwami kubwira umwami ngo amanike Morudekayi ku giti+ yari yamuteguriye. Imigani 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+. Yakobo 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo ubu murirata mu vyo mwiyemeramwo+. Ukwishima mwene ukwo kwose ni kubi.
44 Ariko biha kuduga kw’isonga ry’umusozi+, mugabo isandugu y’isezerano rya Yehova be na Musa ntivyava hagati mw’ikambi+.
4 Mu nyuma umwami avuga ati: “Ni nde ari mu kigo?” Ico gihe Hamani yari yaje mu kigo c’inyuma+ c’inzu y’umwami kubwira umwami ngo amanike Morudekayi ku giti+ yari yamuteguriye.