19 Kuko namenyanye na we kugira ategeke abahungu biwe n’urugo rwiwe mu nyuma ziwe, ku buryo bazogumya inzira ya Yehova kugira bashitse ubugororotsi n’ubutungane+; kugira Yehova ashitse koko kuri Aburahamu ivyo yavuze ku bimwerekeye+.”
4 Namwe ba se, ntimutere ishavu abana banyu+, ahubwo mubandanye kubarera+ mu kubatoza indero+ no mu kuyobora ivyiyumviro+ vyabo nk’uko Yehova yashinze.