Zaburi 45:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+. Imigani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iminwa y’ubugororotsi irahimbara umwami ahambaye+; kandi akunda uwuvuga ibigororotse+.
2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.