Yesaya 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.
9 Ku musozi mweranda wanje wose+, nta kizokora inabi+ canke ngo kigire ico cononye; kuko isi izokwuzura koko ubumenyi bwa Yehova nk’uko amazi apfutse ikiyaga+.