Imigani 27:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kuko itunga ritazokwamaho ibihe vyose+, canke ngo umugāra wameho mu mayaruka yose. Umusiguzi 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ubusa buhebuje!”, ni ko umukoranyashengero+ yavuze, “Vyose ni ubusa+.”