Luka 6:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Umuntu mwiza asohora ivyiza mw’itunga ryiza+ ry’umutima wiwe, mugabo umuntu mubi asohora ibibi mw’itunga ryiwe ribi; kuko akanwa kiwe kavuga bivanye n’ibibogaboga mu mutima+.
45 Umuntu mwiza asohora ivyiza mw’itunga ryiza+ ry’umutima wiwe, mugabo umuntu mubi asohora ibibi mw’itunga ryiwe ribi; kuko akanwa kiwe kavuga bivanye n’ibibogaboga mu mutima+.