Imigani 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hana umwana wawe hakiriho icizigiro+; kandi ntiwipfuze kumwica+.