Kuvayo 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Abalewi 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Mukwiye gutinya umwe wese nyina wiwe na se wiwe+, kandi amasabato yanje mukwiye kuyubahiriza+. Ndi Yehova Imana yanyu. Imigani 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+. Abanyefeso 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bana, mugamburukire abavyeyi banyu+ mu bumwe+ n’Umukama, kuko ivyo bigororotse+:
12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
3 “‘Mukwiye gutinya umwe wese nyina wiwe na se wiwe+, kandi amasabato yanje mukwiye kuyubahiriza+. Ndi Yehova Imana yanyu.