Imigani 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+. Luka 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Canke ni umwami nyabaki, agiye guhura n’uwundi mwami mu ntambara, atabanza kwicara akaja inama akaraba ko akoresheje abasirikare ibihumbi cumi, ashoboye guhangana n’uwuje kumurwanya afise ibihumbi mirongo ibiri+?
18 Biciye ku mpanuro, imigambi irashimangirwa+, biciye ku buyobozi bw’ubuhanga na ho urwane intambara yawe+.
31 Canke ni umwami nyabaki, agiye guhura n’uwundi mwami mu ntambara, atabanza kwicara akaja inama akaraba ko akoresheje abasirikare ibihumbi cumi, ashoboye guhangana n’uwuje kumurwanya afise ibihumbi mirongo ibiri+?