Zaburi 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko baguhererejeko ibibi+;Biyumviriye ivyiyumviro badashobora kurangura+. Imigani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubugorame buri mu mutima wiwe+. Yama ariko arementanya ikibi igihe cose+. Aguma yandurutsa amahane+. Imigani 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umwiza arashimwa na Yehova+, mugabo umuntu w’ivyiyumviro vy’ububisha amwita umubisha+. Abaroma 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+,
14 Ubugorame buri mu mutima wiwe+. Yama ariko arementanya ikibi igihe cose+. Aguma yandurutsa amahane+.
30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+,