Imigani 22:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Irukana umushinyaguzi, kugira ngo amahane ahave no kugira ngo imburano n’agateterwe bihagarare+. 2 Petero 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ubwa mbere muzi ibi: yuko mu misi ya nyuma+ hazoza abashinyaguzi+ n’agashinyaguro kabo, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+
3 Kuko ubwa mbere muzi ibi: yuko mu misi ya nyuma+ hazoza abashinyaguzi+ n’agashinyaguro kabo, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+