Zaburi 34:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ivyago vy’umugororotsi ni vyinshi+,Yamara Yehova aramurokora akabimukiza vyose+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.
10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.