Yeremiya 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko na bene wanyu be n’urugo rwa so, na bo nyene baguhemukiye+. Na bo nyene barasemereye n’ijwi rirenga inyuma yawe. Ntubizere, ngo ni uko gusa bakubwira ibintu vyiza+.
6 Kuko na bene wanyu be n’urugo rwa so, na bo nyene baguhemukiye+. Na bo nyene barasemereye n’ijwi rirenga inyuma yawe. Ntubizere, ngo ni uko gusa bakubwira ibintu vyiza+.