ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kandi, kubera ko mubandanya kwumviriza izi ngingo z’ubutungane, mukazigumya kandi mukazishitsa+, Yehova Imana yawe azogumya koko ku bijanye na wewe rya sezerano+ na bwa buntu bwuzuye urukundo, bimwe yarahira ba sogokuruza bawe+.

  • Zaburi 37:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo abatekereza bazokwigabira isi+,

      Kandi bazokwinovora amahoro menshi+.

  • Zaburi 37:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehova arazi imisi y’abantu batagira amahinyu+,

      Kandi intoranwa yabo izogumaho no gushika igihe kitagira urugero+.

  • Zaburi 37:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Itegereze uwutagirako umugayo, ugume uraba uwugororotse+,

      Kuko kazoza k’uyo muntu kazorangwa n’amahoro+.

  • Zaburi 84:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko Yehova Imana ari izuba+ n’inkinzo+;

      Ubutoni n’ubuninahazwa ni vyo atanga+.

      Yehova nta ciza na kimwe azokwima abagendera mu kutagira amahinyu+.

  • Imigani 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu nzu y’umugororotsi haba ikigega kibogaboga+, mugabo mu mwimbu w’umubisha haba ugukumīrwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika