ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kubera umuhezagiro w’abagororotse, igisagara kirashirwa hejuru+; mugabo kubera akanwa k’ababisha kirasamburwa+.

  • Ivyakozwe 19:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nuko igisagara cuzura umuvurungano, maze biterera icarimwe mu kibanza c’ibirori, bajana ku gahato Gayo na Arisitariko+, Abanyamakedoniya, abagendana na Paulo.

  • Yakobo 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Erega, ururimi ni umuriro+. Ururimi rugize ukutagororoka kungana isi mu bihimba vyacu, kuko rutosekaza umubiri+ wose rukadomeka ikurudumu y’ubuzima bwo kw’isi, na rwo rukadomekwa na Gehena.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika