Zaburi 71:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni wewe nishimikije kuva nkiri mu nda+;Ni wewe wantandukanije n’ubura bwa mama+.Muri wewe ni ho ishemezo ryanje ryama+. Yesaya 49:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+.
6 Ni wewe nishimikije kuva nkiri mu nda+;Ni wewe wantandukanije n’ubura bwa mama+.Muri wewe ni ho ishemezo ryanje ryama+.
15 Mbega umugore yokwibagira umwana wiwe yonka, ntiyumvire ikigongwe umwana w’inda yiwe+? Mbere abo bagore boshobora kwibagira+, yamara jewe sinzokwibagira+.