Zaburi 104:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+. Matayo 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 bamuha umuvinyu uvanze n’indurwe+ ngo anywe; mugabo amaze kuwuhonja, aranka kunywa+.
15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.