1 Petero 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 nk’uko Sara yagamburukira Aburahamu, akamwita “umukama+” wiwe. Namwe mwacitse abana biwe, mukire kuguma mukora iciza mudatinya ikintu na kimwe gica ivutu+.
6 nk’uko Sara yagamburukira Aburahamu, akamwita “umukama+” wiwe. Namwe mwacitse abana biwe, mukire kuguma mukora iciza mudatinya ikintu na kimwe gica ivutu+.