Kuvayo 35:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi abagore bose b’umutima wuzuye ubukerebutsi+ barajisha n’amaboko yabo, bakaguma bazana imihingo ya za nyuzi z’ubururu na bwa bwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya lino nziza.
25 Kandi abagore bose b’umutima wuzuye ubukerebutsi+ barajisha n’amaboko yabo, bakaguma bazana imihingo ya za nyuzi z’ubururu na bwa bwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, ca gitambara c’ibara ry’agahama na ya lino nziza.