Imigani 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umugore w’igikundiro ni we acakira ubuninahazwa+; mugabo intwazamukazo zozo zicakira ubutunzi.