Itanguriro 24:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Bahezagira Rebeka bamubwira bati: “Ewe mushiki wacu, ucike ibihumbi incuro ibihumbi cumi, kandi uruvyaro rwawe rwigarurire irembo ry’abarwanka+.” Abacamanza 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ababa mu gihugu hagati bari barakamanganye, bari barakamanganye muri Isirayeli+,Gushika jewe Debora+ mpagurutse,Gushika mpagurutse nka inabibondo muri Isirayeli+. Abaroma 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+. 1 Petero 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ahubwo kube wa muntu yihishije+ wo mu mutima mu vyambarwa bitabora+ vy’umutima utekereje kandi witonda+, ari wo w’agaciro kanini mu maso y’Imana.
60 Bahezagira Rebeka bamubwira bati: “Ewe mushiki wacu, ucike ibihumbi incuro ibihumbi cumi, kandi uruvyaro rwawe rwigarurire irembo ry’abarwanka+.”
7 Ababa mu gihugu hagati bari barakamanganye, bari barakamanganye muri Isirayeli+,Gushika jewe Debora+ mpagurutse,Gushika mpagurutse nka inabibondo muri Isirayeli+.
29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+.
4 ahubwo kube wa muntu yihishije+ wo mu mutima mu vyambarwa bitabora+ vy’umutima utekereje kandi witonda+, ari wo w’agaciro kanini mu maso y’Imana.