Gusubira mu vyagezwe 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.” Gusubira mu vyagezwe 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+. 1 Timoteyo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Niwaha izi mpanuro bene wacu uzoba uri umusuku mwiza wa Kristu Yezu, yagaburiwe amajambo y’ukwizera be n’inyigisho nziza+ wakurikiraniye hafi+. Tito 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza.
13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.”
2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+.
6 Niwaha izi mpanuro bene wacu uzoba uri umusuku mwiza wa Kristu Yezu, yagaburiwe amajambo y’ukwizera be n’inyigisho nziza+ wakurikiraniye hafi+.
9 agumya ijambo ryo kwizigirwa ku bijanye n’ubuhanga bwiwe bwo kwigisha+, kugira ashobore guhimiriza biciye ku nyigisho ngirakamaro*+ no gukangira+ abayivuguruza.