Gusubira mu vyagezwe 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma ya Yehova Imana yanyu ni ho mukwiye kugendera, kandi ni we mukwiye gutinya, kandi amabwirizwa yiwe ni yo mukwiye kugumya, kandi ijwi ryiwe ni ryo mukwiye kwumviriza, kandi ni we mukwiye gukorera, kandi ni we mukwiye kwumirako+. 1 Ngoma 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+.
4 Inyuma ya Yehova Imana yanyu ni ho mukwiye kugendera, kandi ni we mukwiye gutinya, kandi amabwirizwa yiwe ni yo mukwiye kugumya, kandi ijwi ryiwe ni ryo mukwiye kwumviriza, kandi ni we mukwiye gukorera, kandi ni we mukwiye kwumirako+.
9 “Nawe Salomo mwananje, umenye+ Imana ya so kandi uyikorere+ n’umutima ukwiye+ be n’umutima uhimbawe+; kuko Yehova asesa imitima yose+ kandi akamenya impengamiro yose y’ivyiyumviro+. Niwamurondera, azoreka umuronke+; mugabo niwamuheba+, azogushibura ibihe bidahera+.