Abalewi 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+. Yohani 12:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Kandi ndazi yuko ibwirizwa ryiwe risobanura ubuzima budahera+. Ibintu mvuga rero, nk’uko Data yabimbwiye, ni ko ndabivuga+.”
5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.
50 Kandi ndazi yuko ibwirizwa ryiwe risobanura ubuzima budahera+. Ibintu mvuga rero, nk’uko Data yabimbwiye, ni ko ndabivuga+.”