2 Ngoma 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ kandi agendera mu nzira za Dawidi sekuruza+; ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+. Zaburi 44:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ivyo vyose ni vyo vyatujeko, natwe ntitwakwibagiye+,Kandi ntitwakoranye ikinyoma mw’isezerano ryawe+. Imigani 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mwananje, ntiwibagire itegeko ryanje+, kandi umutima wawe wubahirize amabwirizwa yanje+,
2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ kandi agendera mu nzira za Dawidi sekuruza+; ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+.
17 Ivyo vyose ni vyo vyatujeko, natwe ntitwakwibagiye+,Kandi ntitwakoranye ikinyoma mw’isezerano ryawe+.