Imigani 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Imvi ku mutwe ni urugori rw’ubwiza+ iyo ruboneka mu nzira y’ubugororotsi+. Luka 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.”
42 Mugabo ibintu bikeyi+ ni vyo bikenewe, canke kimwe gusa. Kuko Mariya we yahisemwo umugabane mwiza+, kandi ntazowakwa.”