Mika 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+. Ivyahishuwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi mbona yuko nya mugore yari aborewe amaraso+ y’aberanda be n’amaraso y’ivyabona vya Yezu+. Erega ngo ndamubone, ndatangara bimwe bikomeye+.
12 Kuko abatunzi biwe basigaye buzuye ubukazi, ababa muri we na bo bakaba bavuze ikinyoma+, kandi ururimi rwabo ni urunyamayeri mu kanwa kabo+.
6 Kandi mbona yuko nya mugore yari aborewe amaraso+ y’aberanda be n’amaraso y’ivyabona vya Yezu+. Erega ngo ndamubone, ndatangara bimwe bikomeye+.