Ezekiyeli 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nimushiburire kure yanyu ibigabitanyo vyanyu vyose mwagabitanijemwo+, mwiheshe umutima mushasha+ n’impwemu nshasha+; ni kuki none mwokwirirwa murapfa+ ga yewe nzu ya Isirayeli?’ Abanyefeso 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+; Yakobo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ku bw’ivyo, mwiyambure umucafu wose be na ca kintu kidakenewe, ari co bubi+, hanyuma mwemerane ubwitonzi uguterwa kwa rya jambo+ rishobora gukiza ubuzima bwanyu+.
31 Nimushiburire kure yanyu ibigabitanyo vyanyu vyose mwagabitanijemwo+, mwiheshe umutima mushasha+ n’impwemu nshasha+; ni kuki none mwokwirirwa murapfa+ ga yewe nzu ya Isirayeli?’
22 yuko mukwiye kwambura wa muntu wa kera+ ahura n’ingeso zanyu za kera akononekara+ yisunze ivyipfuzo vyiwe bihendana+;
21 Ku bw’ivyo, mwiyambure umucafu wose be na ca kintu kidakenewe, ari co bubi+, hanyuma mwemerane ubwitonzi uguterwa kwa rya jambo+ rishobora gukiza ubuzima bwanyu+.