Gusubira mu vyagezwe 12:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+. Yosuwa 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+.
32 Ijambo ryose ndabategetse, muze mube maso murishitse+. Ntimuze mugire ico mwongera kuri ryo canke ico mukura kuri ryo+.
7 “Gusa ugire umutima rugabo kandi ukomere cane kugira witwararike gukora wisunze itegeko ryose Musa umusavyi wanje yagutegetse+. Ntukevye ngo uve kuri ryo, ngo ukebereze iburyo canke ibubamfu+, kugira ngo ukorane ubukerebutsi aho uzoja hose+.